Hellooo! / ipadio

Broadcast live to the web from a phone call

iPhone App Android App Sign Me Up

Emission du 4 janvier 2013

RSS feed
Image
Broadcast 4 years ago
by Radio ISEZERANO's channel

6 comments

Kugira ngo UBURUNDI bwinjire mw'Isezerano ry'IMANA


0:00/52:22
embed RSS feed Follow
Kugira ngo UBURUNDI bwinjire mw'Isezerano ry'IMANA

To view a fullsize photograph click the thumbnail below.

 Image (267883) image uploaded on 05-01-13
IMPWEMU IHUMANYE IYO IVUYE MU MUNTU,ICA AHAGIRA AMAZI,IRONDERA UBURUHUKIRO,IKABUBURA.IKAVUGA ITI REKA NSUBIRE MU NZU YANJE NAVUYEMWO.IHASHITSE IGASANGA IGARAGARA,IKUBUYE ITEGURITSE,IGACA IGENDA IKAZANA IZINDI MPWEMU NDWI ZIYIRUSHA UBUBI
ZIKINJIRA ZIKAHABA,IVYANYUMA VY'UWO MUNTU BIKARUSHA,niko bizoba NO BIKI GIHE KIBI Matayo12:43-45.
IYO IMPWEMU IHUMANYE IVUYE MU MUNTU,ICA AHATAGIRA AMAZI,
IRONDERAUBURUHUKIRO IKABUBURA,ITI REKA NSUBIRE MU NZU YANJE NAVUYEMWO.IHASHITSE IGASANGA IKUBUYE,ITEGURITSE.IGACA IGENDA IKAZANA IZINDI MPWEMU NDWI ZIYIRUSHA UBUBI,ZIKINJIRA,ZIKAHABA IVYANYUMA VY'UWO MUNTU BIKARUSHA IVYAMBERE UBUBI.Luka11:24-26.
YESU AMAZE KUZUKA MU MUTWENZI WO KU WAMBERE W'IMISI NDWI ABANZA MARIYA MAGDALENA,UWO YASANZEMW'ABA DAYIMONI NDWI.Mariko16:9.
YESU ARAMUHAMAGARA,ATI MARIYA NAWE ARAHINDUKIRA,AMWITABA MU GIHEBURAYO,ATI RABUNI,YESU ARAMUBARIRA ATI NTUNKOREKO,KUKO NTARADUGA KWA DATA,ARIKO GENDA KWA BENE DATA,
UBABARIRE...Yohana20:16-17
HANYUMA YIYEYERA BAMWE CUMI N'UMWE,BICAYE BARIKO BARARYA,ABAGAYA UKUTIZERA KWABO,NO GUKOMANTARA KW'IMITIMA YABO,KUKO BATEMEREYE ABAMUBONYE,AMAZE KUZUKA.Mariko16:14

Posted by: NIKOBABAYE 4 years ago
NONE MBEGA IMANA NTIZOCIRA ABO YATORANIJE URUBANZA RUBAKIZA,BAYIBOROGERA KU MURANGO NO MWIJORO,NAHIBATEVYA?NDABABWIRA YUKO IZORUBACIRA VUBA,ARIKO UMWANA W'UMUNTU NIYAZA MBEGA AZOSANGA UKWIZERA MW'ISI?Luka 18:7-8.UWERA W'ABISRAELI ATI:
"NZOHAMAGARA IGISIGA CAROMOYE KIVE I BURASIRAZUBA NICO MUNTU AFISE IMIGABO YANJE,AVA MU GIHUGU CA KURE,NARABIVUZE;
NARABIGABIYE NO KUBIKORA NZOBIKORA "YESAYA46:11.UWO MUNTU N'ABANA BIWE NINDE?URUMVA BIRENGE NIWEWE UBWIRWA...

Posted by: BAZIGE 4 years ago
"UKU NI K'UHORAHO AGIZE ATI ARAVUMWE UMUNTU YISHIMIRA ABANTU AKIZIGIRA INKOMEZI Z'ABARI N'UMUBIRI UMUTIMA WIWE UKAVA K'UHORAHO.AZOBA NK'AGASAKA NK'INKOKORE MU BUGARAGWA KANDI NTAZOBONA IVYIZA BIMUJEKO;ARIKO AZOBA AHAGADUTSE,AHANTU H'UBWERANYANGE,IGIHUGU C'UMUNYU KITABAMWABANTU."Yeremiya17:5
Yesu muhungu wa Yosefu(FILIPO ABONA NATHANAYELI ARAMUBWIRA ATI UWO MOSE YANDITSE MU VYAGEZWE N'ABAVUGISHWA N'IMANA BAKAMWANDIKA TWAMUBONYE NI YESU WI NAZARETI MWENE YOSEFU)Yohana1:45. YESU ati :"NI NABA NISHINGIRA INTAHE INTAHE YANJE NTIZOBA ARIY'UKURI."Yohana5:31

Posted by: SEZERANO 4 years ago
ABAVUGA NGO NIK'UHORAHO AGIZE KANDI UHORAHO ATABATUMYE BERETWSE UBUSA BO N'INDAGU Z'IBINYOMA KANDI BIZIGIZA ABANTU KW'IJAMBO RYABO RIZOSHIKA.MBEGA NTIMWAROSE INZOZI Z'UBUSA,N'INDAGU MWAVUZE S'IBINYOMA,KO MUVUGA NGO NIK'UHORAHO AGIZE NAWE ATACO YAVUZE?N'UKO RERO NIK'UMWAMI UHORAHO AGIZE
NGO KO MWAVUZE IBITAGIRA IKIMAZI MUKEREKWA IBINYOMA,NG'EHE MUZOHIGURA NAWE NIK'UMWAMI UHORAHO AGIZE.NGO KANDI UKUBOKO KWIWE KUZOGRWANYA ABO BA KAMENYI BEREKWA IBITAGIRA IKIMAZI BAKARAGURA IBINYOMA NGO NTAHO BAZOBA MU NAMA Y'ABANTU BIWE NA MBA CANKE NGO BANDIKWE MU GITABO C'AMAZINA Y'INZU YA ISRAELI,CANKE NGO BASHIKE MU GIHUGU C'ABISRAELI,NGO KANDI MUZOMENYA KW'ARIWE MWAMI UHORAHO.EZECHEYELI UMUHEREZI13:6-9.
NIGIJE HAFI UKUGOROROKA KWANJE,NTIKUZOBA KURE N'AGAKIZA KANJE NTIKAZOTEBAGANA;KANDI NZOSHIRA AKO GAKIZA I SIYONI KU BWA ISRAELI NIWE C'UBAHIRO CANJE.Yesaya 46:13. Muhungu wa Yosefu ati:"HAHIRWA ABO IVYANJE BITAZOTSIZA".Matayo11:6,Luka7:23 GUSHIKA HARIYA I BURASIRAZUBA MU GIHUGU C'IMANA:"BAMWE BIZIGIRE IMIKOGOTE,ABANDI BIZIGIRE AMAFARASI,ARIKO TWEHO TUZOKWIZIGIRA IZINA RY'UHORAHO IMANA YACU."Zaburi 20:7.

Posted by: ISEZERANO RYA BAKAMENYI 4 years ago
KANDI KAMENYI NI YASUKWA AKAGIRA IJAMBO AVUGA NIJEWE UHORAHO NZOBA NDAMUSUTSE,KANDI NZOMUSHINGIRA UKUBOKO KWANJE,NDAMURANDURE NDAMUKURE HAGATI MU BANTU BANJE B'ABISRAELI.KANDI BAZOGIBWAKO N'IBIGABITANYO VYABO,IBIGABITANYO VYA KAMENYI BIZOHWANA N'UJE KUMUSIGUZA IJAMBO,KUGIRA NGO AB'INZU YA ISRAELI NTIBONGERE KWANGARA NGO BAMVEKO,CANKE NGO BONGERE KWIHUMANISHA IBICUMURO VYABO VYOSE,ARIKO BAZE BABE ABANTU BANJE,NANJE MBE IMANA YABO,NIKO UHORAHO AGIZE.Ezechiyeli14:9-11.NAVUGA SIMVURA.


Posted by: ISEZERANO RYA BAKAMENYI MU BISRAELI 4 years ago
"AMAGORWA Y'ABAKABA UHORAHO IYINDI MANA AZOGWIRA,IBIMAZI VYAZO VY'AMARASO SINZOBIHEREZA NGO NDABISUKE,KANDI AMAZINA YAZO SINZOYAVUGISHA IMINWA YANJE.Zaburi16:4" ".YAMARA ABANTU NTIBAHINDUKIRIYE UWABAKUBISE,KANDI NTIBARONDEYE UHORAHO NYENE INGABO.NICO KIZOTUMA UHORAHO AZOCA ABISRAELI UMUTWE N'UMURIZO ISHAMI RY'IKIGAZI N'UMUBERE ,KU MUSI UMWE.UMUGABO MUKURU W'ICUBAHIRO KANDI KAMENYI YIGISHA IBINYOMA NIWE MURIZO"Yeshaya9:13-15

Posted by: IKIGIRWAMANA CA MUREBWAYIRE 4 years ago

Post a comment


Please enter your comment in the form below, please note comments are re-actively moderated and phlogs authors or administrators can remove offensive comments:



ipadio
Mark Street Clergy House
London, EC2A 4ER

https://www.ipadio.com