Hellooo! / ipadio

Broadcast live to the web from a phone call

iPhone App Android App Sign Me Up

18 Janvier 2013 à 16:00

RSS feed
Image
Broadcast 4 years ago
by Radio ISEZERANO's channel

4 comments

" Abarundi tuzize ukutamenya " Par le Diacre Jean Paul NSABIYUMVA


0:00/62:40
embed RSS feed Follow
" Abarundi tuzize ukutamenya " Par le Diacre Jean Paul NSABIYUMVA

To view a fullsize photograph click the thumbnail below.

 Image (286750) image uploaded on 18-01-13
"Abamenyi bazoteterwa n'abapfumu bamaramare mbere bose bazojorerwa,kuko ataco bishuwe kivuye ku Mana."MIka3:7."Mwa bipfamatwi ni mwumve,mwa mpumyi,ni mwitegereze.Ni nde mpumyi atari umushumba wanje canke gipfamatwi nk'intumwa yanje ntuma,ninde mpumyi nk'umugendanyi wanje,kandi ahumye nk'umushumba wanje jewe Uhoraho?Abona vyinshi yamara ntiyitegereza,amatwi yiwe arazibutse yamara ntiyumva.Yesaya42:18-20.AMEN AMEN AMEN."Kandi ikindi abo bantu(Abamenyi) ni imborerwa,ni abantu bihayagiza bataragama i wabo;baromoye nki kuzimu bameze nk'urupfu ntibahaga;ariko biyegeranirizako amahanga yose,bakikumakumirako amoko yose."Habakuki2:5."Ehe badudubiza amagambo mabi mu kanwa kabo,inkota ziri mu minwa yabo,kuko bibwira bati ninde avyumva.Ariko weho Uhoraho uzobatwenga,uzokwegurwa n'agashinyo ku mahanga yose."Zaburi59:7-8."Amagambo yo mu minwa yabo niyo gicumuro ca kanwa kabo.Ubwibone bwabo bubafate nk'umutego,bo n'imivumo n'ibinyoma bavuga.
ZAburi59:12"AMEN AMEN AMEN."Baracokora,bakavugishwa ivya agahahazo 'ukugabitanya kwabo,bavuga bishize hejuru,Bashize akanwa kabo mu ijuru,ururimi rwabo ruyerera mw'isi yose."Zaburi73:8-9.
AMEN AMEN













Posted by: ABAMENYI 4 years ago
ABATUTSI MURAGABA"N'uko rero ni mwumve ijambo ry'Uhoraho mwebwe mwese Abayuda muri mu gihugu ca Egiputa,ati ehe raba ndahiye izina ryanje rihambaye,ni jewe Uhoraho mbivuze,yuko Izina ryanje ritazosubira kuvugwa n'akanwa k'umuntu n'umwe wo mu bayuda bari mu gihugu ca Egiputa,ngo bavuge bati nk'Umwami Uhoraho Ahoraho."
Yeremiya44:26.Ni kuva Umuvugishwa n'Imana Yeremiya aje kubana natwe muri Ethiopia kandi ntiyasubiye inyuma.Yeremiya43:6-7."Ehe imisi izoza nik'Umwami Uhoraho agize nzoteza inzara mu gihugu,ntizoba ari inzara yivyo kurya canke inyota y'amazi,ariko azoba ari kumva amajambo yanje,jewe Uhoraho.Kandi bazonyavuta bakubite ku kiyaga baje ku kindi(nomadisme),nomadisme izobandanya(bazojarajara bakubite ni Buraruko(Ethiopia),baje n'i Burasirazuba ,kugirango barondere ijambo ry'Uhoraho yamara ntibazoribona.Kuri uwo munsi inkumi nziza nziza n'abasore bazorabikwa n'inyota(abo ni abo kwa Dani raba umurongo ukurikira)Amos8:11-14.
Mwitonde murabe mutore icatsi n'ururo Moshe azotuzanira amajambo y'Imana avuye mw'ijuru kugira tuyigishe mw'isi hose murumva ko dukomeye niryo SEZERANO .

Posted by: MURAGABA 4 years ago
"NI MUVUGIRIZE INZAMBA I TZIYON....MUSHINGE IGIHE CO KWISONZESHA..
..MUKORANYE ABANTU ,MWEZE IKORANIRO...YOweli2:15-16.
"NI MUVUGIRIZE INZAMBA I TZIYON... MUVUGIRIZE INDURU KU MUSOZI WANJE WERA ABABA MU GIHUGU BOSE BAHINDE AGASHITSI...Yoweli2:1.
ABO MWISI BOSE BAZOGUSENGA,BAKURIRIMBIRE:BAZORIRIMBIRA IZINA RYAWE.SELAH.Zaburi66:4.UHORAHO WE NYENE MURI WE NIHO HARI UKUGOROROKA N'INKOMEZI, NIKO BAZOMVUGA,KURI WE NIHO ABANTU BAZOZA...Yeshaya45:24."NDIRAHIYE IJAMBO RY'UKURI RIVUYE MU KANWA KANJE RITAZOKWIRAHURUZWA Y'UKO AMAVI YOSE AZOMPFUKAMIRA,N'INDIMI ZOSE ZIZONDAHIRA Yeshaya45:23.NI MUKORANE,NI MUZE ,MWIGIRE HAFI MWEBWE ABAROKOTSE BO MU MUHANGA(ABISRAELI)...Yeshaya.KURI UWO MUSI,UHORAHO AZOSEKURA AKURE IMPEKE ZIWE UHEREYE KURI RWA RUZI EFURATE UGASHIKA KURI WA MUGEZI WA EGIPUTA,MAZE MUZONOBAGURWA,UMWE UMWE MWEBWE ABISRAELI..MAZE KURI UWO MUSI INZAMBA NINIYA IZOVUZWA;KANDI HAZOZA ABARIKO BARAHONA MU GIHUGU CA ASHURI,N'ABIRUKANYWE MU GIHUGU CA EGIPUTA,BAZOSENGERA UHORAHO KU MUSOZI WERA I YERUSALEMU.Yeshaya27:12-13.

Posted by: IMFURA ZIRAHAMAGAWE 4 years ago
Muragowe mwebbwe abigisha bibinyoma kuko urubanza muza mwararwiciriye.Imana nti ihoze kandi irababona.Igihe cabigisha bibinyoma nkamwe kigira kibaherereko intahe ifate ijambo.

Posted by: NICAYENZI Christophe 4 years ago

Post a comment


Please enter your comment in the form below, please note comments are re-actively moderated and phlogs authors or administrators can remove offensive comments:



ipadio
Mark Street Clergy House
London, EC2A 4ER

https://www.ipadio.com